Leta ya Nigeria yiyamirije amakuru avuga yuko abenegihugu bayo, hamwe n'abo mu bindi bihugu vyo muri Afrika, babujijwe kuva muri Ukraine igeramiwe n'intambara. Isaac, umugabo w'umunye-Nigeria ariko ...
Insiguro y'isanamu, Dr Tedros yavuze ko uwo mugambi wadindijwe cane n'ivyo yise "ukwigungirako urukingo ku rwego rw'ibihugu". 23 Ukwa kabiri 2022 Umukuru w'ishami rya ONU rijejwe amagara kw'isi, OMS, ...